Umugambi w'Intambara Ihambaye 2.0
Ifatanye n’ikwiragizwa ry’ ama miliyoni yama kopi mu mwaka wa 2023 na 2024 mu kwitegurira ukugaruka kwa Yesu.
Ellen G. White
Umwe mu batanguje Ishengero ry'Abadventiste b'Umusi w'Indwi
Nitwararitse cane kubona iki gitabo gikwiragijwe gusumba ibindi vyose….kuko muntambara ihambaye, ubutumwa bwanyuma bwo kuburira isi bwaratanzwe bushizweko akatuzo gusumba mubindi bitabo vyanje.
Ivyabuwe
Indimi
Ted N. C.Wilson
Umuyobozi w'Ishengero ry'Abadventiste b'Umusi w'Indwi
Ted N. C.Wilson
Umuyobozi w'Ishengero ry'Abadventiste b'Umusi w'Indwi
Ukowobigiramwo uruhara
Intambuko
Kumenyesha inama y'Ishengero umugambi
Intambuko
Hitamwo akarere woshikira
Intambuko
Saba urutonde
Intambuko
Sangiza abandi
Uhoraho yansunikiye kwandika ikigitabo kugirango ataguteba gishobore kunyanyagizwa mu bice vyose vy'isi, kuko imburi ziboneka muri co ari nkenerwa mu gutegura abantu kuzohagarara k'umusi w'Uhoraho.
ELLEN G. WHITE, INYANDIKOZIMINWE 24, 1891
Abura igitabo Intambara Ihambaye n'izindi nyandiko ngirakamaro
Incamake
Mbega wibazako isi yoba iriko imera neza canke nabi? Ntibitangaje kuba igitigiri nyamwinshi c'abantu uy’umusi bizera ko isi iriko iba nabi. Kumbure ugutakaza icizere mw’isi yose ni ingaruka y’imico izanwa n’inkuru mbi, canke ugasanga bivuye ku kuri dusanganywe kw’inyiganyiga ry’isi tubwirwa muntimatima y’iki gitabo: Iyi si yacu irafise ingorane ikomeye kandi ntidushobora kuyitorera umuti.
Intambara ihambaye ntiduhishurira gusa inkomoko yitituka ry’ikiremwamuntu, ariko kandi iduhishurira ingorane zikomeye z’urukurikirane gw’ibiza n’akaga, ubuhemu n'ububi, ubwicanyi n’akajagari. Murikigikorwa gitangaje, uzogundurako ikibi gifise ishusho, iciza gifise intsinzi, hama icaha naco gifise iherezo. Niwaba ugomba kwitegurira umuhero w'iy'isi, n'isi nziza igiye kuza, ubwirizwa gusoma ikigitabo.
Ururimi:
Ivyabuwe kenshi